🚨Drama T yavuzeko yanditse indirimbo #Iholele kubera umukobwa yaguye mu rukundo yashaka kuyimuririmbira ariko akaba atakiriho 💔 


#wanjemapozi Ibi ngo vyatumye Drama T yandika iyi ndirimbo avuga ingene uwo mwana yari yamukuyemwo akajagari akamuha gutekana.

Ikibabaje, Drama T avugako agiye gusohora iyi ndirimbo kubwiwe ariko atazi ingene yari kuyakira ariko kandi yizeye ko aho ahari azumva urukundo amufitiye.

✍🏿Ni amajambo Drama T yanditse imbere y’umusi umwe ngo asohore iyo ndirimbo 

#BurundianMusic #Abiwacu #Iziwacu #PlayBurundians #AssuranceBic #BurakeyeMusic #BubetBurundi #MOBIC #Akiwacu