😭🫵Harico Ngiye Gukora Kubuzima Bwiwe Kandi Ndiko Ndabikora Nubwo Bitoroshe….


💔Inyuma Y’Imyaka Cumi Atoga Yasubiye Kwoga.Inyuma Y’Imyaka Cumi Adafungura Neza Aronke N’akanyama Uyumwanya Ndamujanye Gufungura Kwa ZAZA FOOD RESTAURANT…….

🫵Ugendana na SUNEBA Ugasuneba Nkawe.Natacha Burundi Ibi n’Ivyamwa Bikomoka Kuri Wewe Nubwo Nabikoze Kuva Tutaramenyana Ariko Ubu Gutanga Ibitenge Nabikuye Iwawe Imana Iguhezagire….